ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Mu kugaragaza ishavu rigororotse, Yezu yari ameze nka Yehova, we «agiye kwerekana ishavu ryiwe» kubera ububi bwose. (Nahumu 1:2) Nk’akarorero, aho Yehova amariye kubwira abantu biwe bigira ibiro biteze yuko inzu yiwe bari bayigize «isenga ry’abambuzi», yavuze ati: «Ishavu ryanje n’uburake bwanje nzobisuka aha hantu.»​—Yeremiya 7:11, 20.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika