Akajambo k'epfo
a Bibiliya iguma yerekana isano riri hagati y’icizigiro c’izuka be n’ubushobozi Yehova afise bwo kwibuka. Wa mugabo w’umwizigirwa Yobu yabwiye Yehova ati: «Iyaba . . . [wonshingiye] igihe maze ukanyibuka!» (Yobu 14:13) Yezu yaravuze ivy’izuka ry’«abari mu mva z’icibutso bose.» Ivyo vyari bibereye kubera yuko Yehova yibuka neza abapfuye, abo afise intumbero yo kuzozura.—Yohani 5:28, 29, akajambo k’epfo.