Akajambo k'epfo
b Twisunze ibihe bivugwa muri Bibiliya n’inkuru za kahise, birashoboka ko Yezu yoba yavutse mu kwezi kw’Abayuda kwitwa Etanimu, kukaba guhurirana n’igice ca nyuma ca Nyakanga n’igice ca mbere ca Gitugutu, ufatiye ku kirangamisi c’ubu.