Akajambo k'epfo
d Amategeko Imana yahaye Abisirayeli yasaba ko umugore ahejeje kwibaruka ashikanira Imana ikimazi c’igicumuro. (Abalewi 12:1-8) Kubera ko ico kintu Abisirayeli basabwa cabibutsa bimwe bikomeye ko abantu baraga abana babo igicumuro, carabafasha kubona ivuka ry’umwana mu buryo bubereye kandi gishobora kuba carabakuramwo agatima ko gukurikiza imigenzo y’abapagani ijanye n’ivuka.—Zaburi 51:5.