Akajambo k'epfo
c Ushaka ayandi makuru ajanye n’ingene wofata incuti zaciwe, raba impanuro zishingiye ku Vyanditswe dusanga mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Myandagaro 2002, urupapuro rwa 3-4 no mu Munara w’Inderetsi (mu gifaransa) wo ku wa 15 Ndamukiza 1988, urupapuro rwa 26-31.