ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Raba itandukaniro riri hagati y’ivyo ico canditswe kivuga be n’aya majambo adondora urugendo yari yagize imbere y’urwo, na yo akaba agira ati: “Mariya arahaguruka . . . aja” kuramutsa Elizabeti. (Luka 1:39) Kubera ko ico gihe Mariya yari inkumi irehejwe yamara akaba atari bwubake urwiwe, yarashoboye kugira ico akoze atarinze kugisha inama Yozefu. Yozefu na Mariya bamaze kwubaka urwabo, ukuba bompi baragize urwo rugendo vyitirirwa Yozefu, ntivyitirirwa Mariya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika