Akajambo k'epfo
b Kuva mu 455 M.K. gushika mu mwaka wa 1 M.K. ni imyaka 454. Kuva mu mwaka wa 1 M.K. gushika mu mwaka wa 1 N.K. ni umwaka umwe (nta mwaka w’ubusa wabayeho). Kuva mu mwaka wa 1 N.K. gushika mu 29 N.K., ni imyaka 28. Uteranije yose hamwe, uca utora imyaka 483.