Akajambo k'epfo
a Igitabu Les Témoins de Jéhovah: Prédicateurs du Royaume de Dieu kivuga kiti: “Amavidewokaseti ntabwo ariko asubirira ivyandikano canke ubukwiririji bw’imbonankubone. Ibisohokayandikiro vy’Ishirahamwe birabandanya gushitsa uruhara ruhambaye mu vy’ugukwiragiza inkuru nziza. Igikorwa c’inzu ku nzu c’Ivyabona vya Yehova kiguma ari umuce mvavyanditswe ushikamye w’igikenurwa cabo. Ariko rero, amavidewokaseti ubu aravyunganira nk’ibikoresho vy’agaciro vy’ugutsimbataza ukwizera mu mihango y’igiciro ya Yehova, bikanavyura ugukenguruka kubera ivyo ariko aratuma bikorwa kw isi muri iki gihe.”