Akajambo k'epfo
a Kubera Yezu ata caha yari afise, ntiyabatijwe bwa kimenyetso c’uko yigaye. Ibatisimu yiwe yagereranya yuko yishikanye ubwiwe ku Mana kugira ngo akore ivyo Se agomba.—Abaheburayo 7:26; 10:5-10.