ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Ako gace ka nyuma dusanga mu Vyakozwe 20:35, kasubiwemwo gusa n’intumwa Paulo, naho insobanuro y’ayo majambo tuyisanga mu Njili. Paulo ashobora kuba yumvise ayo majambo ku munwa (haba ari ku mwigishwa yumvise Yezu ayavuga canke kuri Yezu yazutse) canke mu vyo yahishuriwe n’Imana.​—Ivyakozwe 22:6-15; 1 Ab’i Korinto 15:6, 8.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika