Akajambo k'epfo
a Kuva mu 1979, agaciro k’izahabu kagiye karahindagurika kava ku madolari 850 (amafaranga y’amarundi arenga 850.000) ku magarama y’izahabu 31 mu 1980 gashika ku madolari 252,80 (amafaranga y’amarundi arenga 252.800) ku magarama y’izahabu 31 mu 1999.