Akajambo k'epfo c None ivyo vyoba bisobanura yuko umuntu wese yahagaritse kwiga Bibiliya canke kwifatanya n’abasavyi ba Yehova yatawe n’abamarayika kubera yuko ari mubi? Si ko biri! Nimba umuntu yipfuza ata buryarya kugaruka kuri Yehova, azomwakiriza yompi.—Mal. 3:7.