Akajambo k'epfo
b Akandi karorero kerekana ubuyobozi buva mw’ijuru turashobora kugasanga mu Bikorwa 16:6-10. Muri ico canditswe dusoma yuko Paulo be n’abo bari kumwe “bari babujijwe n’impwemu nyeranda” kwamamaza muri Aziya no muri Bitiniya. Ahubwo basabwe kuja gukorera i Makedoniya, aho abantu benshi baciye bugufi bakiriye ubutumwa babashikirije.