Akajambo k'epfo
a Abisirayeli bamaze kuva mu Misiri, hari kabiri na rimwe bakinjira i Kanani, igihugu Imana yari yarasezeraniye Aburahamu. Ariko igihe abatasi cumi bazana inkuru y’agacavutu, Abisirayeli baciye bidodombera Musa. Yehova yaciye ategeka yuko babwirizwa kumara imyaka 40 bayerera mu bugararwa, ico kikaba cari igihe gihagije kugira ngo abagize iryo yaruka ry’abagarariji babe bapfuye.