Akajambo k'epfo
a Biboneka ko intumwa Petero yavuye i Betsayida yimukira i Kaperinawumu aho yakoranye igikorwa c’uburovyi na mwene wabo Andereya be n’abahungu ba Zebedayo. Yezu na wenyene yaramaze igihe aba i Kaperinawumu.—Matayo 4:13-16.