Akajambo k'epfo
b Imigenzo ivugwa muri iki kiganiro usanga itandukanye mu turere two muri Aziya, ariko ishingiye ku vyiyumviro ahanini bimeze kumwe. Nimba ushaka kumenya vyinshi kuri ivyo, raba Réveillez-vous! yo ku wa 22 Kigarama 1986, urupapuro rwa 20-21 be na Réveillez-vous! yo ku wa 8 Rusama 1970, urupapuro rwa 9-11.