Akajambo k'epfo
a Mu kugamburuka itegeko Yezu yatanze riri muri Matayo 28:19, 20, Ivyabona vya Yehova barenga imiliyoni indwi bo mu bihugu 236 baramara nk’amasaha hafi umuliyaridi n’igice buri mwaka, bigisha abantu ibijanye n’umugambi uhambaye Imana ifitiye iyi si.