Akajambo k'epfo
b Birumvikana ko igihe abavyeyi bisutse mu ngeso mbi cane, na canecane mu buryo bubandanya kandi ntibigaye, ubucuti mufitaniye bwo mu muryango bwoshobora gutosekara cane kandi bugashingirwa akarimbi mu buryo butegereka.—1 Abakorinto 5:11.