Akajambo k'epfo
d Ico ciyumviro, icemejwe na Jérôme nko mu 383 G.C., kiremerwa cane n’abemera yuko Mariya yagumye ari isugi ubuzima bwiwe bwose. Jérôme yahavuye avuga amakenga yari afise ku bijanye n’ico ciyumviro ciwe, mugabo ico ciyumviro ntikirazimangana mu mizirikanyi ya benshi be no mu nyigisho zemewe za Ekeleziya Gatolika.