Akajambo k'epfo
a Ivyabona vya Yehova barasohora ibikoresho bitari bike bifasha kwiga Bibiliya no kugira ubushakashatsi, bishobora gutuma ugusoma Bibiliya n’ukuyiga birushiriza kuba kirumara. Nimba wipfuza kubironka, ntiwitinye kubaza Icabona ca Yehova uwo ari we wese.