Akajambo k'epfo
a Ushaka kumenya n’ibindi ku vyerekeye Ubwami bw’Imana n’ikitwereka ko buzoza vuba, raba ikigabane ca 8 kivuga ngo “Ubwami bw’Imana ni iki?” be n’ikigabane ca 9 kivuga ngo “Twoba turi mu ‘misi y’iherezo’?” mu gitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova.