Akajambo k'epfo
a Yezu yarakunda kuvuga ko ari “Umwana w’umuntu.” (Matayo 8:20) Iyo mvugo ntiyerekana gusa ko yari umuntu koko, ariko kandi irerekana ko yari wa “mwana w’umuntu” ubuhanuzi bwo muri Bibiliya bwari bwaravuze.—Daniyeli 7:13, 14.