Akajambo k'epfo a Ijambo ry’igiheburayo ryahinduwe ng’aha ngo “incungu” risigura “ikintu gipfuka.” Ku bijanye na Yobu, incungu yari kuba ikimazi c’igitungwa Imana yari kwemera ko gipfuka canke gihongera ikosa rya Yobu.—Yobu 1:5.