Akajambo k'epfo
a Ushaka kumenya amakuru ku bijanye n’ukuntu Ivyabona vya Yehova ari abantu bariha amakori, raba Umunara w’Inderetsi, wo ku wa 1 Munyonyo 2002, urupapuro rwa 12-13, ingingo ya 15; mu gifaransa ni uwo ku wa 1 Munyonyo 2002, urupapuro rwa 13, be n’uwo ku wa 1 Rusama 1996, urupapuro rwa 27, ingingo ya 7; mu gifaransa ni uwo ku wa 1 Rusama 1996, urupapuro rwa 17, ingingo ya 7.