Akajambo k'epfo
c Bibiliya irerekana neza ko Yezu amaze kubatizwa ari ho yakoze igitangaro ciwe ca mbere. (Yohani 2:1-11) Ushaka kumenya vyinshi ku bijanye n’inkuru zo mu njili zitari izo muri Bibiliya, raba ikiganiro kivuga ngo “Injili zitari izo muri Bibiliya zoba zihishura ivyanyegejwe ku bijanye na Yezu?” kiri ku rupapuro rwa 18.