Akajambo k'epfo
a Vyoba vyiza abavyeyi baganiriye n’abana babo ibiri ahavuga ngo “Guhangana n’akosho k’urunganwe” mu gitabu Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2, urupapuro rwa 132-133. Ayo mayagwa yoshobora gukoreshwa mu gihe ca wa mugoroba uhariwe Ugusenga kwo mu muryango.