ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Imvugo ngo ‘ubwo bwami bwose buzoherengetezwa’ iboneka muri Daniyeli 2:44, yerekeza ku bwami, ari zo ntwaro nganzasi, bugereranywa n’ibihimba vya ca gishusho. Ariko rero, ubuhanuzi bwo muri Bibiliya busa n’ubwo burerekana yuko “abami b’isi yose” bazokoranirizwa hamwe kugira barwanye Yehova kuri wa “musi uhambaye w’Imana Mushoboravyose.” (Ivyah. 16:14; 19:19-21) Ku bw’ivyo, ubwami buzotikizwa kuri Harumagedoni si burya bugereranywa n’ico gishusho bwonyene, ahubwo harimwo n’ubundi bwose bwo muri iyi si.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika