Akajambo k'epfo
a Kenshi izo njili zitirirwa abitwa ko batahura neza inyigisho z’ukuri za Yezu kuruta abandi, nk’uko vyagenze ku co bise “Injili ya Toma” n’ico bise “Injili ya Mariya Magadalena.” Hamaze kumenyekana ivyandikano vya kera mwene ivyo hafi 30.