Akajambo k'epfo
b Abahinga bavuze ko Yuda wo muri ico gisomwa ari idayimoni, yuko ari we yatahura neza akaranga ka Yezu kurusha abandi bigishwa, barabona isano bifitaniye n’ukuntu amadayimoni avugwa mu Njili zo muri Bibiliya yavuze akaranga ka Yezu ata kwihenda.—Mariko 3:11; 5:7.