Akajambo k'epfo a Izina ry’Imana ni imero y’irivuga ry’igiheburayo risobanura ngo “gucika ukuntu.” Ku bw’ivyo, “Yehova” bisobanura ngo “Atuma bicika ukuntu.”—Ita. 2:4 (Raba Bibiliya y’isi nshasha, Inyongera ya 1, ing. 1.)