Akajambo k'epfo
b Ivyanditswe vy’igiheburayo vyakoreshwa n’abakirisu bo mu ntango vyarimwo za ndome zine zigize izina ry’Imana zitwa Tetaragarama, ari zo YHWH. Ibimenyamenya vyerekana ko ukwo nyene ari ko vyari ku bijanye n’amakopi ya mbere ya Bibiliya yitwa Septante, ikaba ari Bibiliya y’ikigiriki y’Ivyanditswe vy’igiheburayo.