Akajambo k'epfo
a Abantu b’ico gihe bararamba cane gusumba ab’ubu. Biboneka ko baramba cane gutyo kubera ko igihe babayemwo cari cegereye cane ico Adamu na Eva babayemwo, bano bakaba bari batunganye kandi bafise inkomezi zitagira akanenge imbere y’uko bacumura.