Akajambo k'epfo
b Ariko ntiwumve, kubura uwo mwubakanye biratandukanye rwose no kwahukana na we. Iki kiganiro kigenewe gufasha uwasubiye kwubaka urwiwe, yaba uwabuze uwo bahoze bubakanye canke uwahukanye, kugira ngo aroranirwe mu mubano wiwe mushasha.