Akajambo k'epfo
a Wipfuza kumenya vyinshi ku bijanye n’ukuntu ubwo Bwami buzotuma ukugomba kw’Imana gukorwa kw’isi, raba ikigabane ca 8 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova. Urashobora no kugisoma canke ukakivoma kuri www.pr418.com.