ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Nk’uko tubisoma mu Vyakozwe 20:29, 30, Paulo yarerekanye ko mu mashengero ya gikirisu, ‘hohagurutse abagabo bakavuga ibigoramanze kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo.’ Kahise karemeza ko hahavuye haba umugwi w’abakuru b’idini utandukanye n’abandi bayoboke. Mu kinjana ca gatatu G.C., “wa muntu w’ubugarariji” yarigaragaje, akaba yaribonekeza bitagoranye mu mugwi ugizwe n’imice myinshi w’abakuru b’idini bo mu biyita abakirisu.—Raba Umunara w’Inderetsi (mu gifaransa) wo ku wa 1 Ruhuhuma 1990, urupapuro rwa 10-14.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika