Akajambo k'epfo
a Ibishimisha abavyeyi n’abana vyoshobora kuvana n’imico kama y’aho baba. Mu turere tumwetumwe, ni ibisanzwe ko abagize umuryango bo mu mayaruka atandukanye baba hamwe canke bakama bavugana canke babonana. Hari n’aho mbere usanga ari vyo bashima.