Akajambo k'epfo
a Nimba dushaka ko Imana yumviriza amasengesho yacu, tubwirizwa kwihata bivuye ku mutima tugashitsa ivyo idusaba. Ivyo tubigize, twoshobora rero kwibonera ingene isengesho ari ngirakamaro nk’uko bivugwa muri kino kiganiro. Wipfuza kumenya n’ibindi, raba ikigabane ca 17 mu gitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova.