Akajambo k'epfo
a Ng’aha kunywa itabi vyerekeza ku gukwega umwotsi uvuye kw’isigareti, imisogoto y’ikizungu bita cigares, inkono y’itabi isanzwe canke iyo bashiramwo n’amazi. Ariko rero, ingingo ngenderwako zirimburwa ng’aha zirakora no ku bijanye n’itabi bahekenya, iry’agafu bacisha mu zuru, itabi ryo mu buhinga bwa none ririmwo nikotine, n’ibindi.