Akajambo k'epfo
c Ku bijanye no kuba Cellarius yarakoresheje ijambo “imana” mu kuvuga Kristu, ico gitabu kivuga giti: “Yanditse deus [imana] aho kwandika Deus [Imana], rino rikaba rikoreshwa gusa mu kuvuga Imana Musumbavyose.”