Akajambo k'epfo
c Abazozukira kuba kw’isi bazoba bizigiye kuronka ubuzima budahera, aho kuronka ukudapfa. Kugira umenye vyinshi ku bijanye n’itandukaniro riri hagati y’ukudapfa n’ubuzima budahera, raba Umunara w’Inderetsi (mu gifaransa) wo ku wa 1 Mukakaro 1984, urupapuro rwa 30-31.