Akajambo k'epfo
a Bibiliya yerekana ko Yozefu yari afise imyaka nka 17 canke 18 igihe yatwarwa kwa Potifari, arahaguma gushika abaye umusore abushitse. Ashobora kuba yahamaze imyaka mikeyi. Igihe yava mw’ibohero, yari afise imyaka 30.—Itanguriro 37:2; 39:6; 41:46.