Akajambo k'epfo
a Ibintu nk’ivyo vyarabaye mu bihugu nka Arjantine (Igitabu c’umwaka 2001, urupapuro rwa 186 mu gifaransa); Ubudagi bwo mu Buseruko (Igitabu c’umwaka 1999, urupapuro rwa 83 mu gifaransa); Papuasie Nouvelle Guinée (Igitabu c’umwaka 2005, urupapuro rwa 63 mu gifaransa) hamwe n’Izinga rya Robinson Crusoé (Umunara w’Inderetsi wo ku wa 15 Ruheshi 2000, urupapuro rwa 9 mu gifaransa).