Akajambo k'epfo
c Nk’akarorero, igitabu Niwigane ukwizera kwabo kirarimbura mu buryo bwagutse ibijanye n’ubuzima bw’abantu 14 bavugwa muri Bibiliya. Ibiri muri ico gitabu bishimika ku kuntu twobishira mu ngiro aho gushimika ku co bigereranya canke ku nsobanuro yavyo yo muri kazoza.