Akajambo k'epfo
d Ego ni ko, Ijambo ry’Imana ririmwo kandi ibintu bishobora gusa n’“ibigoye gutegera,” harimwo bimwebimwe mu vyo Paulo yanditse. Ariko rero, abanditsi ba Bibiliya bose bahumekewe n’impwemu nyeranda. Iyo nguvu nyene irafasha abakirisu b’ukuri muri iki gihe gutahura ukuri kuva ku Mana, igatuma turushiriza gutahura “mbere n’ibintu vyimbitse vy’Imana” naho ubwenge bwacu buri n’aho bugarukira.—2 Pet. 3:16, 17; 1 Kor. 2:10.