Akajambo k'epfo
b Naho iyo nkuru itavuga ko uwo musuku yari Eliyezeri birashoboka ko yari we. Igihe kimwe Aburahamu yariyumviriye kuraga ivyo atunze vyose Eliyezeri kubera ata mwana yari bwaronke. Ategerezwa rero kuba ari we yari umusuku wa Aburahamu akuze kandi yizigirwa kuruta abandi bose. Umusuku avugwa muri iyo nkuru ya Rebeka na we nyene ni ko adondorwa.—Itanguriro 15:2; 24:2-4.