Akajambo k'epfo
a Ico gitabu (Fivefold Psalter) carerekana ibisomwa bitanu bibangabanganye, vyerekana ingene amazaburi yahinduwe mu buryo butandukanye, kikabamwo n’igicapo cerekana amazina y’icubahiro y’Imana, harimwo na za ndome zine z’igiheburayo zigize izina ry’Imana.