Akajambo k'epfo
b Mu bisanzwe, hari abahinga bari baramaze gushira Isezerano rishasha mu giheburayo. Umwe muri bo ni Simon Atoumanos, umumonaki w’i Bizanse, yabikoze nko mu 1360. Uwundi ni umuhinga w’Umudagi yitwa Oswald Schreckenfuchs, yabigize nko mu 1565. Ariko Bibiliya zabo ntizigeze zisohorwa, kandi nta wuzi iyo zakamanganiye.