Akajambo k'epfo
b Ivyabona vya Yehova barigisha Bibiliya ku buntu, kandi botuma urushiriza gutahura Ivyanditswe. Wipfuza kumenya ingene bigenda, nurabe kuri jw.org akavidewo kavuga ngo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. Nuce ahavuga ngo Ivyasohowe ufyonde ahavuga ngo Amavidewo, uce wandika umutwe w’ako kavidewo mu kumba kari iruhande y’ahanditse ngo Rondera.