Akajambo k'epfo
b INSOBANURO Y’AMASHUSHO: Umuvukanyi apfunzwe ahorwa ukwizera kwiwe ariko aremeshwa n’agakete umuryango wiwe wamwandikiye. Biramwereka ko bamuzirikana, kandi arahimbarwa no kumenya ko abagize umuryango wiwe baguma ari intahemuka kuri Yehova naho aho baba hari intureka.