Akajambo k'epfo
a Abakorewe amabi mu vy’igitsina bakiri abana boshobora kuguma banyinyana n’ingorane, mbere n’inyuma y’imyaka myinshi. Iki kiganiro kiradufasha gutahura ikibituma. Turaza kubona kandi aboba bashoboye guhumuriza mwene abo bantu. Mu nyuma, turarimbura uburyo ngirakamaro bumwebumwe twoshobora kubahumuriza.